Guharura 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+. Imigani 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma ntazokira+.
24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.