Kuvayo 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Wiyubare kubera we kandi ugamburuke ijwi ryiwe. Ntumugararize, kuko atazobabarira ukugabitanya kwanyu+; kubera ko izina ryanje riri muri we.
21 Wiyubare kubera we kandi ugamburuke ijwi ryiwe. Ntumugararize, kuko atazobabarira ukugabitanya kwanyu+; kubera ko izina ryanje riri muri we.