1 Samweli 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Imirima yanyu n’imirima yanyu y’imizabibu+, n’imirima yanyu y’imyelayo+, imyiza kuruta iyindi, azoyitwara ayihe koko abasuku biwe.
14 Imirima yanyu n’imirima yanyu y’imizabibu+, n’imirima yanyu y’imyelayo+, imyiza kuruta iyindi, azoyitwara ayihe koko abasuku biwe.