Abacamanza 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene Isirayeli rero bakora ivyari bibi mu maso ya Yehova, bibagira Yehova Imana yabo+ maze batangura gukorera za Bayali+ n’ibikingi vyeranda+.
7 Bene Isirayeli rero bakora ivyari bibi mu maso ya Yehova, bibagira Yehova Imana yabo+ maze batangura gukorera za Bayali+ n’ibikingi vyeranda+.