Yosuwa 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nimwaheba Yehova+ mugakorera koko imana z’inyamahanga+, ntazobura guhindukira rero abagirire nabi, abatikize, amaze kubagirira neza+.”
20 Nimwaheba Yehova+ mugakorera koko imana z’inyamahanga+, ntazobura guhindukira rero abagirire nabi, abatikize, amaze kubagirira neza+.”