17 Nanje ndaza kumanuka+, mvuganire nawe ng’aho+; kandi ndaza gukura nkeyi ku mpwemu+ iri kuri wewe ndayishire kuri bo, na bo bazogufasha kwikorera umutwaro w’abo bantu kugira ngo ntuwikorere wenyene+.
10 Impwemu+ ya Yehova rero iza kuri we, aba umucamanza wa Isirayeli. Asohotse mu rugamba, Yehova atanga rero Kushani-rishatayimu umwami wa Siriya mu kuboko kwiwe, ku buryo ukuboko kwiwe gutsinda+ Kushani-rishatayimu.