Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+. Zaburi 18:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nzobavunagura ku buryo badashobora guhaguruka+;Bazogwa munsi y’ibirenge vyanje+.
20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.