8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.
29 Nayo ivya Dawidi umwami, ivya mbere n’ivya nyuma, ehe vyanditswe mu majambo ya Samweli rubonyi+ no mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu majambo ya Gadi+ umubonyi,