1 Samweli 25:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Inyuma y’ivyo, hahera nk’imisi cumi maze Yehova akubita+ Nabali, arapfa. 2 Samweli 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, kuva mu gitondo gushika igihe cashinzwe, ku buryo mu bantu, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, hapfa abantu ibihumbi mirongo irindwi+.
15 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, kuva mu gitondo gushika igihe cashinzwe, ku buryo mu bantu, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, hapfa abantu ibihumbi mirongo irindwi+.