Imigani 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+. Imigani 21:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nta bukerebutsi, nta gutahura, nta mpanuro, mu kurwanya Yehova+.