1 Abami 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Dawidi aryama hamwe na ba sekuruza+, ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+. 2 Ngoma 21:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yari afise imyaka mirongo itatu n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu. Amaherezo asandaba ata wukimushaka+. Nuko bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba mu mva z’abami+.
20 Yari afise imyaka mirongo itatu n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu. Amaherezo asandaba ata wukimushaka+. Nuko bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba mu mva z’abami+.