Kuvayo 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntukagire izindi mana+ izo ari zo zose unzana mu maso. Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.
9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.