Abacamanza 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene Isirayeli rero bakora ivyari bibi mu maso ya Yehova, bibagira Yehova Imana yabo+ maze batangura gukorera za Bayali+ n’ibikingi vyeranda+. 2 Abami 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze. 2 Ngoma 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ingoma ya Rehobowamu ikimara gushimangirwa+ na we agakomera, aheba itegeko rya Yehova+, na Isirayeli yose+ yifatanya na we. Yeremiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.
7 Bene Isirayeli rero bakora ivyari bibi mu maso ya Yehova, bibagira Yehova Imana yabo+ maze batangura gukorera za Bayali+ n’ibikingi vyeranda+.
19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.
12 Nuko ingoma ya Rehobowamu ikimara gushimangirwa+ na we agakomera, aheba itegeko rya Yehova+, na Isirayeli yose+ yifatanya na we.
8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.