Abalewi 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+. Gusubira mu vyagezwe 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+. 2 Abami 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 gushika Yehova akuye Isirayeli mu maso yiwe+, nk’uko yari yaravuze biciye ku basavyi biwe bose abahanuzi+. Isirayeli ija rero mu bunyagano i Ashuri ivuye ku butaka bwayo, gushika n’uyu musi+.
28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+.
26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+.
23 gushika Yehova akuye Isirayeli mu maso yiwe+, nk’uko yari yaravuze biciye ku basavyi biwe bose abahanuzi+. Isirayeli ija rero mu bunyagano i Ashuri ivuye ku butaka bwayo, gushika n’uyu musi+.