Yeremiya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’ Yeremiya 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.
16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’
18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.