1 Abami 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa. Imigani 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.
16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa.
24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.