Guharura 21:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uragowe Mowabu! Ntimuzobura kuzimangana, yemwe bantu ba Kemoshi+!Ntazobura gutanga abahungu biwe nk’abarokotse, n’abakobwa biwe ngo bagirwe imbohe ku mwami w’Abamori, Sihoni. Yeremiya 48:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi Abanyamowabu bazomaramazwa na Kemoshi+, nk’uko ab’inzu ya Isirayeli bamaramajwe na Beteli bari bizeye+.
29 Uragowe Mowabu! Ntimuzobura kuzimangana, yemwe bantu ba Kemoshi+!Ntazobura gutanga abahungu biwe nk’abarokotse, n’abakobwa biwe ngo bagirwe imbohe ku mwami w’Abamori, Sihoni.
13 Kandi Abanyamowabu bazomaramazwa na Kemoshi+, nk’uko ab’inzu ya Isirayeli bamaramajwe na Beteli bari bizeye+.