1 Samweli 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.
4 Nuko Isirayeli yose yumva bivugwa ngo: “Sauli yishe ikirindiro c’Abafilisitiya, none ubu Isirayeli isigaye inuka+ mu Bafilisitiya.” Abantu barakorana rero kugira bakurikire Sauli i Gilugali+.