Gusubira mu vyagezwe 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+. Gusubira mu vyagezwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.
9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+.
5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.