ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uze ugene Aroni n’abahungu biwe, kandi baze bitwararike ubuherezi+ bwabo; uw’ahandi* uwo ari we wese azokwegera aheranda aze yicwe+.”

  • Guharura 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”

  • 1 Samweli 2:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Ni co gituma Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Nari naravuze koko nti: Inzu yawe n’inzu ya sogokuruza wawe zizogendera imbere yanje gushika igihe kitagira urugero+.” Mugabo ubu Yehova avuze ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, kuko abantera iteka+ nzobatera iteka+, ariko abansuzugura bazoba ab’agaciro gato+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika