Yesaya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.
6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.