2 Samweli 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aya ni yo majambo ya nyuma ya Dawidi+:“Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,Ijambo ry’umuntu w’umugabo yashizwe hejuru+,Uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta+,Akaba n’uwuhimbaye w’uduhibongozo+ twa Isirayeli.
23 Aya ni yo majambo ya nyuma ya Dawidi+:“Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,Ijambo ry’umuntu w’umugabo yashizwe hejuru+,Uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta+,Akaba n’uwuhimbaye w’uduhibongozo+ twa Isirayeli.