Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”