ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.

  • 2 Ngoma 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi ehe turi kumwe n’Imana y’ukuri ikaba ari yo iturongōye+, n’abaherezi+ bayo be n’inzumbete z’ikimenyetso+ ku bwo kwumvikanisha ingabisho y’indwano ngo tubarwanye. Yemwe bene Isirayeli, ntimurwanye Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu+, kuko mutazororanirwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika