2 Abami 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ibi ni vyo umwami avuze: ‘Hezekiya ntabahende, kuko adashobora kubarokora mu kuboko kwanje+. 2 Abami 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”