ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze hiyo muzobwirizwa gukorera imana+ zakozwe n’amaboko y’umuntu, z’ibiti n’amabuye+, izidashobora kubona canke kwumva canke kurya canke kumoterwa+.

  • 2 Abami 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi imana zayo bazihaye umuriro, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye; ku buryo baziranduye.

  • Zaburi 135:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ibigirwamana vy’amahanga ni ifeza n’inzahabu+,

      Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+.

  • Yesaya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+.

  • Hoseya 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko iyo nyana yandurutse kuri Isirayeli+. Umuhinguzi w’utugenegene ni we yayikoze+, kandi iyo nyana si Imana; kuko inyana ya Samariya izocika ubunywenywe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika