1 Abami 8:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 “Hahezagirwe Yehova+, we yahaye abantu biwe Isirayeli ahantu h’ukuruhukira, akurikije ivyo yasezeranye vyose+. Nta jambo na rimwe ritashitse+, mu muhango mwiza wiwe wose yatanze biciye kuri Musa umusavyi wiwe+.
56 “Hahezagirwe Yehova+, we yahaye abantu biwe Isirayeli ahantu h’ukuruhukira, akurikije ivyo yasezeranye vyose+. Nta jambo na rimwe ritashitse+, mu muhango mwiza wiwe wose yatanze biciye kuri Musa umusavyi wiwe+.