2 Ngoma 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze abantu benshi bakoranirizwa hamwe, batangura kuzibira amasôko yose be n’uruzi rw’isumo+ rutembera hagati mu gihugu, bavuga bati: “Kubera iki abami ba Ashuri boza bagasangaho koko amazi menshi?”
4 Maze abantu benshi bakoranirizwa hamwe, batangura kuzibira amasôko yose be n’uruzi rw’isumo+ rutembera hagati mu gihugu, bavuga bati: “Kubera iki abami ba Ashuri boza bagasangaho koko amazi menshi?”