1 Abami 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ntibizobura kuba yuko umukama wanje umwami niyaba akimara kuryama hamwe na ba sekuruza+, jewe ubwanje n’umuhungu wanje Salomo tuzocika koko nk’abacumuzi.”
21 Kandi ntibizobura kuba yuko umukama wanje umwami niyaba akimara kuryama hamwe na ba sekuruza+, jewe ubwanje n’umuhungu wanje Salomo tuzocika koko nk’abacumuzi.”