1 Abami 21:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Mbega wabonye ukuntu Ahabu yicishije bugufi kubera jewe+? Ko yicishije bugufi kubera jewe, sinzozana ivyo vyago mu misi yiwe+. Mu misi y’umuhungu wiwe ni ho nzozana ivyo vyago ku nzu yiwe+.” Yesaya 39:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hezekiya aca abwira Yesaya ati: “Ijambo rya Yehova uvuze ni ryiza+.” Abandanya kuvuga ati: “Kubera ko amahoro n’ukuri+ bizogumaho mu misi yanje+.” 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
29 “Mbega wabonye ukuntu Ahabu yicishije bugufi kubera jewe+? Ko yicishije bugufi kubera jewe, sinzozana ivyo vyago mu misi yiwe+. Mu misi y’umuhungu wiwe ni ho nzozana ivyo vyago ku nzu yiwe+.”
8 Hezekiya aca abwira Yesaya ati: “Ijambo rya Yehova uvuze ni ryiza+.” Abandanya kuvuga ati: “Kubera ko amahoro n’ukuri+ bizogumaho mu misi yanje+.”
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.