Yesaya 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Itegereze Siyoni+, ca gisagara c’ibihe vyacu vy’imisi mikuru+! Amaso yawe azokwibonera Yeruzalemu ahantu ho kuba hatagira inkomanzi, ihema ata n’umwe azotekera+. Imambo zaryo ntizizokwigera zirandurwa, kandi nta n’umwe mu migozi yaryo uzocibwa+.
20 Itegereze Siyoni+, ca gisagara c’ibihe vyacu vy’imisi mikuru+! Amaso yawe azokwibonera Yeruzalemu ahantu ho kuba hatagira inkomanzi, ihema ata n’umwe azotekera+. Imambo zaryo ntizizokwigera zirandurwa, kandi nta n’umwe mu migozi yaryo uzocibwa+.