1 Ngoma 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nya mumarayika wa Yehova na we abwira Gadi+ ngo abwire Dawidi aduge gushingira igicaniro Yehova ku mbuga y’ikubitiro ya Orunani Umuyebusi+.
18 Nya mumarayika wa Yehova na we abwira Gadi+ ngo abwire Dawidi aduge gushingira igicaniro Yehova ku mbuga y’ikubitiro ya Orunani Umuyebusi+.