1 Ngoma 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bene Pedaya bari Zerubabeli+ na Shimeyi; bene Zerubabeli na bo bari Meshulamu na Hananiya (Shelomiti ni we yari mushiki wabo); Ezira 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abazananye na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Seraya+ na Reyelaya na Morudekayi na Bilishani na Misipari na Bigivayi na Rehumu na Bayana. Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki:
19 Bene Pedaya bari Zerubabeli+ na Shimeyi; bene Zerubabeli na bo bari Meshulamu na Hananiya (Shelomiti ni we yari mushiki wabo);
2 abazananye na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Seraya+ na Reyelaya na Morudekayi na Bilishani na Misipari na Bigivayi na Rehumu na Bayana. Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki: