24 Abo ni bo bari bene Lewi, hakurikijwe inzu ya ba se+, abakuru ba ba se, hakurikijwe abashinzwe amabanga babo, hisunzwe igitigiri c’amazina, umwumwe ukwiwe, abarangura umurimo ujanye n’igikorwa+ c’inzu ya Yehova, kuva ku bafise imyaka mirongo ibiri kuduga+.