1 Abami 8:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Salomo atangura gushikana ibimazi vy’ugusangira+ yabwirizwa gushikanira Yehova, inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+, kugira ngo umwami na bene Isirayeli bose binjire+ inzu ya Yehova.
63 Salomo atangura gushikana ibimazi vy’ugusangira+ yabwirizwa gushikanira Yehova, inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+, kugira ngo umwami na bene Isirayeli bose binjire+ inzu ya Yehova.