Kuvayo 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuri mwebwe nya ntama ikwiye kuba iyitagira agahonzi+, isuguru, imaze umwaka+. Mushobora gutora mu mpfizi z’intama zikiri nto canke mu mpene.
5 Kuri mwebwe nya ntama ikwiye kuba iyitagira agahonzi+, isuguru, imaze umwaka+. Mushobora gutora mu mpfizi z’intama zikiri nto canke mu mpene.