1 Ngoma 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli: 1 Ngoma 23:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 no ku bijanye n’uguhagarara+ ng’aho buri gitondo+ kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova, bakabigenza gutyo nyene no ku mugoroba;
4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli:
30 no ku bijanye n’uguhagarara+ ng’aho buri gitondo+ kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova, bakabigenza gutyo nyene no ku mugoroba;