Itanguriro 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abandanya ati: “Ntubangurire ukuboko uwo muhungu, kandi ntihagire ico umugira+, kuko ubu menye vy’ukuri yuko utinya Imana, kuko utanyimye umuhungu wawe, umwana wawe rudende+.” Zaburi 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ugutinya+ Yehova kuratyoroye, kwamaho ibihe bidahera.Ingingo z’ubutungane+ za Yehova ni iz’ukuri+; zabonetse ko zigororotse zose+. Hoseya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma bene Isirayeli bazogaruka barondere koko Yehova Imana yabo+, na Dawidi umwami wabo+; egome, bazoza kuri Yehova+ no ku kumera neza kwiwe badegedwa, mu kiringo ca nyuma c’imisi+.
12 Abandanya ati: “Ntubangurire ukuboko uwo muhungu, kandi ntihagire ico umugira+, kuko ubu menye vy’ukuri yuko utinya Imana, kuko utanyimye umuhungu wawe, umwana wawe rudende+.”
9 Ugutinya+ Yehova kuratyoroye, kwamaho ibihe bidahera.Ingingo z’ubutungane+ za Yehova ni iz’ukuri+; zabonetse ko zigororotse zose+.
5 Mu nyuma bene Isirayeli bazogaruka barondere koko Yehova Imana yabo+, na Dawidi umwami wabo+; egome, bazoza kuri Yehova+ no ku kumera neza kwiwe badegedwa, mu kiringo ca nyuma c’imisi+.