Ivyahishuwe 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma y’ivyo, buno nyene mba mu bubasha bw’impwemu: maze mbona intebe y’ubwami+ yari mu kibanza cayo mw’ijuru+, kandi hari uwari yicaye kuri nya ntebe+.
2 Hanyuma y’ivyo, buno nyene mba mu bubasha bw’impwemu: maze mbona intebe y’ubwami+ yari mu kibanza cayo mw’ijuru+, kandi hari uwari yicaye kuri nya ntebe+.