ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ewe Yehova, ubwawe ntutangīre ikigongwe cawe ngo ntikinshikire+.

      Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe be n’ukuri kwawe nibinzigame nantaryo+.

  • Zaburi 61:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Azokwibera imbere y’Imana gushika igihe kitagira urugero+;

      Yoo! bwiriza ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, bimuzigame+.

  • Yohani 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika