ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yimvye icobo, aracimburura+;

      Ariko azogwa mu kinogo yimvye+.

  • Zaburi 35:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kuko banyegeje icobo gishasheko urusenga ngo ndakigwemwo, ata gituma+;

      Bacimbiye ubuzima bwanje ata gituma+.

  • Zaburi 140:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Abinantaje banyegeje umutego wo kuncakira+;

      Imigozi barashanje nk’urusenga iruhande y’umuhora+.

      Imitego baranteze+. Sela.

  • Imigani 29:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umuntu w’umugabo aryosharyosha umugenzi wiwe+ aba ateze urusenga intambuko ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika