Yohani 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu abishura ati: “None ntivyanditswe mw’Itegeko+ ryanyu ngo: ‘Naravuze nti: “Muri imana+”’? 1 Abakorinto 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,
5 Kuko naho hari abitwa “imana+,” haba mw’ijuru+ canke kw’isi+, nk’uko hari “imana” nyinshi n’“abakama” benshi+,