ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 21:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Ariko we, azojanwa kw’itongo ry’abapfuye+,

      Maze ku mva bagume baharinze.

  • Zaburi 49:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yamara umuntu yakuwe mw’ivu naho aba ari n’iteka, ntashobora kugumaho+;

      Vy’ukuri, yogereranywa n’ibikoko vyatikijwe+.

  • Ezekiyeli 31:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kugira ngo ntihagire na kimwe mu biti bivomerewe kiba kirekire mu gihagararo, canke ngo gishikane ubushorishori bwaco mu bicu, no kugira ngo ntihagire ikinywa amazi na kimwe gihaguruka ngo kibirwanye mu kireho, kuko vyose bitazobura guheberwa urupfu+, bigaheberwa ca gihugu co munsi epfo+, hagati mu bana b’abantu, bigaheberwa abamanuka muri ca cobo.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika