Imigani 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntiwumvire agashari umuntu w’ubukazi+, canke ngo uhitemwo n’imwe mu nzira ziwe+. Imigani 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+,