Zaburi 79:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga atakumenye+,No ku bwami butambaje izina ryawe+. Zaburi 149:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ngo hashitswe ukwihōra ku mahanga+,Uguhambarirwa ku miryango y’amahanga+,