Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+. Zaburi 78:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+. Zaburi 80:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Watumye umuzabibu ufata inzira uva mu Misiri+.Wagumye wirukana amahanga, kugira ngo uwutere+. Zaburi 105:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Amaherezo abaha ibihugu vy’amahanga+,Baguma bigarurira ibiva mu gikorwa c’ubutame c’imiryango y’amahanga+,
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.
55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.
44 Amaherezo abaha ibihugu vy’amahanga+,Baguma bigarurira ibiva mu gikorwa c’ubutame c’imiryango y’amahanga+,