Zaburi 146:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu banyacubahiro+,Canke mu mwana w’umuntu yakuwe mw’ivu, ata bukiriro ashobora gutanga+. Abaroma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”
3 Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu banyacubahiro+,Canke mu mwana w’umuntu yakuwe mw’ivu, ata bukiriro ashobora gutanga+.
4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”