1 Abami 8:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 kugira ngo bagutinye+ imisi yose bazoba ari bazima ku buringanire bw’ubutaka wahaye ba sogokuruza bacu+. Zaburi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimukorere Yehova hariko n’ugutinya+,Munezerwe hariko n’ukujugumira+. Yeremiya 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Azombera ata kabuza izina ry’umwigino+, ishemezo n’ubwiza ku mahanga yose yo kw’isi azokwumva ineza yose ngira ndabagirire+. Ayo mahanga azogira koko ubwoba+ yongere ahagarike umutima+ kubera ineza yose no kubera amahoro yose ngira ndamuhe+.’” Ivyakozwe 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira.
40 kugira ngo bagutinye+ imisi yose bazoba ari bazima ku buringanire bw’ubutaka wahaye ba sogokuruza bacu+.
9 Azombera ata kabuza izina ry’umwigino+, ishemezo n’ubwiza ku mahanga yose yo kw’isi azokwumva ineza yose ngira ndabagirire+. Ayo mahanga azogira koko ubwoba+ yongere ahagarike umutima+ kubera ineza yose no kubera amahoro yose ngira ndamuhe+.’”
31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira.