Zaburi 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nimwihe akamo k’umunezero, yemwe bagororotsi, kubera Yehova+.Ku bagororotse, ishemezo rirabereye+. Ivyahishuwe 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Vyongeye, ijwi riva kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: “Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ bayitinya, abato n’abahambaye+.”
33 Nimwihe akamo k’umunezero, yemwe bagororotsi, kubera Yehova+.Ku bagororotse, ishemezo rirabereye+.
5 Vyongeye, ijwi riva kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: “Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ bayitinya, abato n’abahambaye+.”