Abalewi 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ubwambure bw’umugore n’umukobwa wiwe ntuze ubupfukure+. Umukobwa w’umuhungu wiwe be n’umukobwa w’umukobwa wiwe ntuze umutware ngo upfukure ubwambure bwiwe. Abo ni incuti z’amaraso. Ivyo ni ubushirasoni*+. Gusubira mu vyagezwe 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntuze uzane mu nzu ya Yehova Imana yawe ingero+ ya maraya canke ikiguzi c’imbwa+ ku bw’indagano iyo ari yo yose, kuko ivyo ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe, mbere vyose uko ari bibiri. Abacamanza 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+. 1 Samweli 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nca nibwira nti+: ‘Noneho Abafilisitiya bahava bamanuka kuntera i Gilugali ntaratakambira* Yehova.’ Naciye rero nigobera+, nshikana ikimazi giturirwa.”
17 “‘Ubwambure bw’umugore n’umukobwa wiwe ntuze ubupfukure+. Umukobwa w’umuhungu wiwe be n’umukobwa w’umukobwa wiwe ntuze umutware ngo upfukure ubwambure bwiwe. Abo ni incuti z’amaraso. Ivyo ni ubushirasoni*+.
18 Ntuze uzane mu nzu ya Yehova Imana yawe ingero+ ya maraya canke ikiguzi c’imbwa+ ku bw’indagano iyo ari yo yose, kuko ivyo ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe, mbere vyose uko ari bibiri.
6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.
12 nca nibwira nti+: ‘Noneho Abafilisitiya bahava bamanuka kuntera i Gilugali ntaratakambira* Yehova.’ Naciye rero nigobera+, nshikana ikimazi giturirwa.”